Abagabo batari bake bafashwe i Gaza. Ntihanagira n' amazi, nta ndya

Insiguro ya video, Israel ivuga ko iriko itohoza isano ryabo na Hamas.
Abagabo batari bake bafashwe i Gaza. Ntihanagira n' amazi, nta ndya
Yatangajwe

Amasanamu y’abagabo b’aba nye Palestina bafashwe, Israel ivuga ko iriko irabatohorezamwo.

Ni mu gihe umunyamabanga mukuru wa ONU asaba ingingo ihagarika intambara i Gaza, ubu nyene.

Dr Mustafa Bargouti ['Palestinian National Initiative'] avuga ko USA n’Ubwongereza badashigikiye iyo ngingo, bazoba bafise uruhara mu ‘vyaha vya Israel’.

Abafashwe, Israel ivuga ko iriko iratohoza isano ryabo na Hamas
Insiguro y'isanamu, Abafashwe, Israel ivuga ko iriko iratohoza isano ryabo na Hamas