Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Egypt: kuki isanurwa rya ‘pyramid’ riteye impari?
Egypt: kuki isanurwa rya ‘pyramid’ riteye impari?
Yatangajwe
Izo pyramid zubatswe i Giza muri Egypt, harimwo izimaze imyaka 4500.
Ni nka nto muri zo iri I Menkaure, yari yubatswe ngo ishingure abapfuye.
Mu kuzisanura hakoreshwa amabuye, bamwe bavuga ko atawuzi ko ariyo yari apfutse izo nyubako, mu ntango.
Ikindi, ni uko hari umugambi wo guhindura iforoma ryazo.