Isengero yari yaramizwe n’amazi ubu riri i musozi

Insiguro ya video, Uruzi Grijalva rwari rwarayimize, ikiringo c’imyaka myinshi.
Isengero yari yaramizwe n’amazi ubu riri i musozi
Yatangajwe

Ni isengero yo mu kinjana ca 16.

Uruzi Grijalva rwari rwarayimize, ikiringo c’imyaka myinshi.

Ubu, kubera n’uruzuba rubangamiye ico gice ca Mexique, uko amazi y’uruzi agabanuka, niko yagiye iraseruka.

Ubu n’ingenzi zirahatemberera.

Ariko, ababangamiwe ni n’ababa aho hantu.

Mexique: Inzu z'isengero zari zaramizwe n'uruzi
Insiguro y'isanamu, Inzu z'isengero zari zaramizwe n'uruzi