Kharkiv-Ukraine: Igitero kimwe ca misile c'Uburusiya cishe 1/5 c'ababa mu kigwati bose

Insiguro ya video,
Kharkiv-Ukraine: Igitero kimwe ca misile c'Uburusiya cishe 1/5 c'ababa mu kigwati bose
Yatangajwe

Mu kwezi kwa cumi guheruka, akagwati gato ko mu ntara ya Kharkiv muri Ukraine karapfushije abarenga ica gatanu c’abanyagihugu mu gitero kimwe ca misile c’Uburusiya.

Abana benshi basizwe ari impfuvyi n’ico gitero, buri muryango ukorwako.