Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Puerto Riko: iri zinga ry’inkende hafi 1 800 zigigwako inyifato z’abantu
Puerto Riko: iri zinga ry’inkende hafi 1 800 zigigwako inyifato z’abantu
Yatangajwe
Inkende zo mu bwoko 'macaque' hafi 1 800 zifasha abashakashatsi.
Bano biga ivyo inyifato z'abantu imibano, abahuza ibitsina bisa [LGBT], no guhangana n'ihinduka ry'ikirere.
Umuhinga mu kigo ca Cayo Santiago asigura ko hakoreshwa izo nkende kuko zifise imibereho ishusha n'iyo abantu.
Zarafashije mw'ihingura ry'incanco za VIH, polio, na Covid-19.