Kuki mushiki wa Nyachuru yanse ikigongwe ca Musenyeri mukuru wa Anglican?
Kuki mushiki wa Nyachuru yanse ikigongwe ca Musenyeri mukuru wa Anglican?
Yatangajwe
“Ntibizoherera k’ugutanga imihoho…ndanatahura ko yabitumwe n’ivyo isengero ribazwa.”
Umushingwamanza John Coltart yabivuze inyuma y’uko Justin Welby yaramutswa Anglican atanze imihoho.
Mu 2021, Edith Nyachuru, mushiki wa Guide yari yarandikiye Musenyeri mukuru w’i Canterbury amusaba gusaba ikigongwe.
Ni inyuma y’amabi yagirijwe John Smyth yakorera idini, yahohotera abana b’abahungu, ivyishe Guide Nyachuru wo muri Zimbabwe.




