Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Amagorwa yo kuba mu vyuka nk’ibi: ariko habaye iki hano i Pakistan?
Amagorwa yo kuba mu vyuka nk’ibi: ariko habaye iki hano i Pakistan?
Yatangajwe
Imiliyoni 13 zo mu gisagara Lahore babuze ihemero kubera ivyuka vyanduye.
Vyatumye abahaba basabwa kuguma mu mazu.
Abana batakija kwiga no gukina na bagenzi babo batanguye kwibaza ibibazo.
Bugaraniwe mu mazu ibihe vyo kwiginana, Noel n’umwaka mwushasha vyegereje.
Ariko abahemberwa imirimo yabo ya minsi yose, baragowe kurusha.