Yisanze mu kiganiro c'amabanga y'abategetsi ba Amerika kuri Yemen

Insiguro ya video, Yumviye amabanga y'igitero ca Amerika muri Yemen kuri Signal
Yisanze mu kiganiro c'amabanga y'abategetsi ba Amerika kuri Yemen
Yatangajwe

Umuyobozi w'uruganda rw'ikinyamakuru The Atlantic, Jeffrey Goldberg yavuze ku kiganiro yumvise ku rubuga rwa Signal mu mugwi warimwo JD Vence, icegera ca perezida, Michael Waltz, umuhanuzi mu vy'umutekano ku rwego rw'igihugu, na Pete Hegseth wo mu bushikiranganji bwo kwivuna abansi, aho bariko bahana ivyiyumviro ku nteguro y'igitero ca gisirikare ku mugwi w'aba Houthis muri Yemen.

Signal

Ahavuye isanamu, Getty Images