Tunisia: Haharurwa ubwato bushika 9 bwuzuye abimukira, k’umunsi
Tunisia: Haharurwa ubwato bushika 9 bwuzuye abimukira, k’umunsi
Yatangajwe
“Hari abatera ubwoba ko bojugunya abana bato mu kiyaga, abandi bavuga ko bokwiturira.”
Ni bimwe abacungera imbibe za Tunisia babona, mu bimukira.
Cane cane bibera mu gisagara ca Sfax cabaye umuhora w'abimukira baja i Bulaya.
Kuva 2023 utanguye, abarenga 2 000 baramaze gupfira mu kiyaga Méditerranée.




