Impunzi za Afghanistan: “Nashitse hano njabutse ibihugu 11”

Impunzi za Afghanistan: “Nashitse hano njabutse ibihugu 11”
Yatangajwe

Shukria yatanguye urugendo rw’impunzi kuva mu 2021, aba Taliban bafashe intwaro muri Afghanistan.

We n’abandi, vyabatwaye imyaka 2 ngo bashike muri Mexique, bagana USA.

Bamwe muri bo bari abasoda ba leta, barwana n’aba Taliban.