Sri Lanka: akarorero ni abasigwa ba Ekneligoda ‘yaburiwe irengero’, bari mu marira
Sri Lanka: akarorero ni abasigwa ba Ekneligoda ‘yaburiwe irengero’, bari mu marira
Yatangajwe
“Kunyuruza bibabaza uwubikorewe, n’abo asize, cane cane abana.”
Ivyo ni ibigwiriye muri Sri Lanka, kimwe mu bihugu bivugwamwo cane ayo mabi, nk’ingaruka z’intambara zamaze imyaka, zahitanye abantu hafi 100 000.
Leta ihari ubu ivuga ko iriko iriga ibwirizwa rizofasha gutunganiriza abahuye n’ayo makuba, nka prageeth Ekneligoda yazize umwuga yakora.
Italiki 30 – 08, amakungu yawuhariwe abahuye n’ayo makuba.




