Isi yibuka ko umubu ari kamwe m’udukoko twica: gute?
Isi yibuka ko umubu ari kamwe m’udukoko twica: gute?
Yatangajwe
Uko hashuha, niko imikorobi itera ingwara nyinshi, yiyongera.
Uwa 25-04, isi ihamagarirwa kwibuka ‘malaria’, imwe mu ngwara yica cane mw’isi, iterwa n'ubwoko bw'imibu.
Aho malaria iteye, hafi nka cholera n’izindi ngwara zitegwa n’imigera, biza nk’ikiza, bitema bitongora.

Ahavuye isanamu, Getty Images



