Video: Emery Ngarambe aravuga ingaruka zo gufata 'booster' n'uko yayihevye

Insiguro ya video, Kubera kunywa ibiyayuramutwe, Emery Ngarambe yama mu gasho kubera ubusuma no mu bitaro
Video: Emery Ngarambe aravuga ingaruka zo gufata 'booster' n'uko yayihevye
Yatangajwe

Kubera kunywa ibiyayuramutwe, Emery Ngarambe yama mu gasho no mu bitaro. Yariba ico abonye cose muhira, akavuga ko yagiye kubiheba amaze kwiba mu muryango nk'ibintu vyoba biciye nk'imodoka. Ubu Emery yarahevye kunywa ibiyayuramutwe, ari mu mugwi w'abunganirarunganwe bafasha urundi rwaruka kubiheba mw'ishirahamwe ABMPD(Association Burundaise pour un monde de paix sams Drogue), mu kigo Nyumviriza