Uganda: abana banyagwa ubuto, mu kuvyara bataragera
Uganda: abana banyagwa ubuto, mu kuvyara bataragera
Yatangajwe
Mu ntara ya Gulu [uburaruko], harashegeshwe n’intambara zamaze imyaka, zitiriwe iki 'rebel' ca Joseph Kony.
Uretse amabi y’abo barwanyi, n’intambara, abakobwa barabangamiwe mu kuvyazwa bakiri abana.
Muri aya matohoza ya BBC AfricaEye, ni ivyinyegeje inyuma y’ico caha gikomeye mu gihugu.




