Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Gaza: ahari ububiko bw’imfashanyo hasahuwe, bati “turashonje”
Gaza: ahari ububiko bw’imfashanyo hasahuwe, bati “turashonje”
Yatangajwe
Uwa 28-10, abantu ibihumbi bashwaye ahari ububiko bw’imfashanyo za ONU, barasahura.
Ivyo biba mu gihe ibitero vya Israel bibandanya, no k’urugero rwiyongereye.
ONU igabisha ko ‘Gaza’ yabaye nko mu gahinga, ‘akaruta akandi kakamira’.
Ko iruhande y’ibisamburwa, abapfa, akajagari n’ubwoba bikwiye hose.
Kuva Hamas iteye Israel uwa 07-10, Gaza irugaranywe, uretse umuhora umwe ucishwamwo imfashanyo.