Gambia: impari ku mabi yo guhimbura ku bihimba vy’ibanga vy’abakobwa
Gambia: impari ku mabi yo guhimbura ku bihimba vy’ibanga vy’abakobwa
Yatangajwe
Impari zirakomeye ku nteguro y’ibwirizwa ryohasha ikebagura ry’ibice vy’ibihimba vy’irondoka vy’abagore.
Ayo mabi, co kimwe n’ayandi makubagura abera mu ngo, hari ababona ko ajanye n’imico, n’idini nka -Islam- mu bihugu bitari bike, nka Gambia.
Integuro y’itegeko rijanye n’ayo mabi ririko ririgwa n’umugwi w’inama nshingamateka, ku bijanye na Gambia.




