“Ijoro badutwaye ibibondo”

Insiguro ya video, Mw’itohoza rya BBC Africa Eye, abana bakuwe mu miryango.
“Ijoro badutwaye ibibondo”
Yatangajwe

Muri Ghana, hadutse abantu batwara abana, bigaragara ko baja gukoreshwa nk’abaja m’uburovyi, mu kiyaga Volta.

Ariko, mw’itohoza rya BBC Africa Eye, abana 4 bakuwe mu miryango yabo, habonetse mwo ukuboko kw’ishirahamwe IJM rukirisu rifise icicaro muri Amerika.