Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kenya-itohoza: uko abasaza bahemukirwa n’abobakingiye
Kenya-itohoza: uko abasaza bahemukirwa n’abobakingiye
Yatangajwe
Itohoza rya BBC Africa Eye ryanyeguruye itotezwa rikorerwa abasaza mu kigo “Thogoto Care Home for the Aged” c’i Nairobi.
Muri Afrika, naho kubungabunga abavyeyi biri mu mico, ibigo vyakira abageze mu za bukuru biriko biragwira.
Agatotezo, ukutabitaho ndetse n’ubusuma, nivyo bigaragara mw’itohoza rya Njeri Mwangi.