RDC: Kuki izi ntambara zisa n’izananiranye guhera?

Insiguro ya video, Ukwikwinubana kwarenze imbibe z’igihugu.
RDC: Kuki izi ntambara zisa n’izananiranye guhera?
Yatangajwe

Mu gihe ONU iharura imigwi y’abagwanyi irenga 100, ubu bigaragara ko amabi akorwa yunyurwa n’amacakubiri ari mu moko ya RDCongo, ashika 200.

Hiyongerako intambara ziterwa n’abahigayo ubutare, ndetse n’ukwinubana kwarenze imbibe z’igihugu.

Muri iyi nkuru BBCInnovation, tubereka ibikuru mu bikikuje amatati amaze imyaka m’ubuseruko bwa RDCongo.

Joice Etutu / Audace Machado

CODECO bavuga ko bagwanira iterambere. ry'uburimyi

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, CODECO, umugwi wavuze ko ushize ibirwanisho hasi mu biganiro vy'i Nairobi (2022)