Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Niger: hahindutse iki kuva igisoda gitembagaje ubutegetsi bw’aba ‘civils’?
Niger: hahindutse iki kuva igisoda gitembagaje ubutegetsi bw’aba ‘civils’?
Yatangajwe
Umwaka uraheze muri Niger, igihugu cari gicudutse na Bulaya mu kurwanyaiterabwoba muri Sahel, igisoda cigaruriye ubutegetsi.
Kuva ico gihe, abatwara barahinduye ibitari bike, ivyagize ingaruka ku banyagihugu, n’imigenderanire n’amakungu.
Iyi nkuru igaruka ku bisata 3 bikuru biri muri izo mpinduka.