Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Africa y'epfo: Ivyinyegeje inyuma y’urwanko ku banyamahanga
Africa y'epfo: Ivyinyegeje inyuma y’urwanko ku banyamahanga
Yatangajwe
“Imyambaro, indirimbo, ivyo bakora, vyose vyerekana ko biteguriye ‘intambara’”.
Mw’itohoza rya Ayanda Charlie ryasohowe na BBC Africa Eye, riragaragaza uko ingorane z’igihugu zegekwa ku bimukira.
South Africa irakunze kugira ibihe vyigarukiriza vy’urwanko n’ihohotera bikorerwa abanyamahanga (Xenophobia).
Ubu, Zandile Dabula arongoye umugwi ‘Operation Dudula’ avyemanga anasigura ko banitegurira amatora yo mu 2024.