Abarenga 600 000 barateshejwe ivyabo, muri Somalia gusa

Insiguro ya video, “Tunatinya ingona, n'ibindi bikoko vyakwiragiye hose”
Abarenga 600 000 barateshejwe ivyabo, muri Somalia gusa
Yatangajwe

Somalia, Kenya na Ethiopia, abantu barababaye kubera imyuzure yabayeye.

K’uburyo budasanzwe, Somalia ibi vyiyongera ku myaka 40 y’uruzuba.

“Tunatinya ingona, n'ibindi bikoko vyakwiragiye hose”

Muri Kenya, abarimyi nta cizere ko bazosoroma.

Muri Kenya, abarimyi nta cizere ko bazosoroma.

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Muri Kenya, abarimyi nta cizere ko bazosoroma.