"Ingaruka z'intambara i Goma ntizoroshe"

Insiguro ya video, “Ingaruka z'intambara i Goma ntizoroshe”
"Ingaruka z'intambara i Goma ntizoroshe"
Yatangajwe

Ingaruka z'intambara zihitiye muri Goma no mu micungararo, hari iziriko zirigaragaza ubu.

Nko m'ubuvuzi, abaganga bavuga ko barengewe n'indembe, k'urugero rw'amajana.

Ibigo vya ONU bitabara biragabisha ku ngorane zikomeye mu gihe ibihumbi vy'abantu bidafise indya, umuyagankuba n'amazi.

Ibitaro vyarengewe i Goma.
Insiguro y'isanamu, Goma, ibitaro vyarengewe.