Ihiganwa ry'umuziki kw'isi: kuki imidiho ny'Afrika itabonetse bikwiye?
Ihiganwa ry'umuziki kw'isi: kuki imidiho ny'Afrika itabonetse bikwiye?
Yatangajwe
Ihiganwa ry'imiziki kw'isi, 'Grammy Awards', ryasozerewe muri Amerika.
Abamuka muri Africa bashitse imbere bose ni abo muri Nigeria, kiretse Christ Brown, umu ny'Amerika.
Naho abahanzi b'aba ny'Africa bari bamaze gutsinda muri iryo higanwa, ni ubwa kabiri kuva ribaho, hashizwemwo bwite, imidiho ny'Afrika mu mahiganwa.
None ni kuki Afrika idaserukirwa, canke ngo ishike kure bikwiye?




