“Barasahuye i muhira, igisagara bagisize ari umusaka”

Insiguro ya video, Mohanad Hashim yababajwe n'uko yasanze iwabo hasigaye hameze.
“Barasahuye i muhira, igisagara bagisize ari umusaka”
Yatangajwe

Mohanad Hashim yasubiye iyo yamuka muri Sudan, kuraba ko hari ikigisigaye aho yarukiye, i Omdurman.

Sudan iri mu ntambara zeruye kuva mu 2023, aho abantu ama miliyoni bateshejwe izabo.

Intambara zadukiye i Khartoum, umugwa mukuru, zarakwiye ibindi bice vy’igihugu, aho abagwanyi ba RSF bahanganye n’igisoda ca leta.

Mohanad Hashim yababajwe n'uko yasanze iwabo Omdurman hasigaye hameze.
Insiguro y'isanamu, Mohanad Hashim yababajwe n'uko yasanze iwabo hasigaye hameze.