‘SlyBMX’, umugore arwana n’ivyo yita “kwemera kutari kwo”

Insiguro ya video, "Inkino zigwiriyemwo abagabo si ukuvuga ko ari izabo gusa".
‘SlyBMX’, umugore arwana n’ivyo yita “kwemera kutari kwo”
Yatangajwe

Kuva inkino za Olympics zisozerewe, hari benshi batanguye kuja mu nkino batari bazi.

I Lagos muri Nigeria, hari umugwi w’abakiri bato bagendera ku makinga yo m’ubwoko bwa BMX, bakagenda bumvisha abantu guhindura uko basanzwe biyumvira.

Uchenna Sylvia ni umwe mu bakiri bato muri ico gisagara, avuga ko anafitiye imigambi abagore bo mu kibano ciwe.

Uchenna Sylvia: "Inkino zigwiriyemwo abagabo si ukuvuga ko ari izabo gusa".
Insiguro y'isanamu, "Inkino zigwiriyemwo abagabo si ukuvuga ko ari izabo gusa".