Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Yatanguye guterura ivyuma kubera ingwara…ubu ni umunyamwuga
Yatanguye guterura ivyuma kubera ingwara…ubu ni umunyamwuga
Yatangajwe
Rajani Shrestha w’ i Kathmandu muri Nepal, ashinga intahe uko na nyina wiwe atabona uko umugabo amureka ngo aje guterura ivyuma.
Yarabibandanije, n’ubu afise imyaka 41.
Mu 2017, yanagiye mw’ihiganwa, atsindira umudari wa mbere.