El Salvador: “Ntimurabe izo mpfungwa mu maso”

Insiguro ya video, Ako gasho ko guhasha inkozi z’ibibi ruhasha, kataziriwe CECOT.
El Salvador: “Ntimurabe izo mpfungwa mu maso”
Yatangajwe

Abamenyeshamakuru ba BBC binjiye mu gasho kadasanzwe k’I El Salvador, niko babwiwe.

Ako gasho ko guhasha inkozi z’ibibi ruhasha, kataziriwe CECOT.

Leta ivuga ko hashobora gupfungirwa abashika 40 000.

Abagwanira agateka ka muntu bavuga ko imbohe zihapfungiwe nk’uko atari abantu.

Intambara yo guhasha inkozi z’ibibi yafashije perezida Nayib Bukele gutorerwa ikiringo ca kabiri.

El Salvador: Ako gasho ko guhasha inkozi z’ibibi ruhasha, kataziriwe CECOT.
Insiguro y'isanamu, Ako gasho ko guhasha inkozi z’ibibi ruhasha, kataziriwe CECOT.