Nigeria : umugore yikoreye ibisuko vya 300m zirenga

Insiguro ya video, Helen abona ko ari igikorwa ashaka ko abana n’abuzukuru bazomenya.
Nigeria : umugore yikoreye ibisuko vya 300m zirenga
Yatangajwe

Helen Williams yasukiye uyu mugore avuga ko yamaze iminsi 11 adasinzira, atarya neza.

Ivyo bintu vyabaye imbonekarimwe mw’isi, vyashizwe mu gitabu c’ibidasanzwe mw’isi, Guinness.

Helen abona ko ari igikorwa ashaka ko abana n’abuzukuru bazomenya.

Helen abona ko ari igikorwa ashaka ko abana n’abuzukuru bazomenya.
Insiguro y'isanamu, Helen abona ko ari igikorwa ashaka ko abana n’abuzukuru bazomenya.