Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Korea y'epfo: Muri rya sanganya ry'indege, ni bande barokotse?
Korea y'epfo: Muri rya sanganya ry'indege, ni bande barokotse?
Yatangajwe
Umu 'pilote' yoba yasemeyere ngo 'Mayday'.
Ni ijambo ridasanzwe ryo gutabaza, yoba yasaba kwururukira mu yindi nzira.
Abacungera ikirere c'ikibuga c'indege, aho muri Korea y'epfo, bavuga ko yoba ari inyoni yayisetse igihe yariko irururuka.
Itohoza ry'imvo y'ukuri ry'iryo sanganya (29-12-2024) iracatohozwa.
Ikizwi ni uko abarokotse ni abari bicaye mu gice c'inyuma.