Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Itohoza - “Inda y’amezi 15”: itohoza kw’isama ritabaho
Itohoza - “Inda y’amezi 15”: itohoza kw’isama ritabaho
Yatangajwe
Muri Nigeria, ikibano kiraremera abagore ngo bavyare, ari bimwe mu vyateye iki cuka c’uguhendwa abagore bagwamwo.
Abo vyagoye kuvyara, abiyita abaganga babumvisha ko hari imiti idasanzwe babaha, bagasama inda bavyara igihe bo babishakiye.
Ni ubusuma bunatwara amahera menshi, abatwara bagahanura bati : “Ntimubeshwe, bazobaha umwana w'uwundi muntu”.
Ni muri iri tohoza rya BBC Africa Eye, kuri BBCNewsGahuza