Pakistan: “Nta kundi nari kugira atari ukugurisha agakobwa kanje”

Insiguro ya video, Ubukene bwunyutse inyuma y’imyuzure yo mu 2022, butuma abana bagirwa urudandazwa.
Pakistan: “Nta kundi nari kugira atari ukugurisha agakobwa kanje”
Yatangajwe

Ako gakobwa kashowe k’umugabo w’imyaka 40, ko gafise imyaka 10.

Uyu muvyeyi asigura uko yarondera amahera yo kuvuza umugore wiwe.

Mu ntara ya Balochistan muri Pakistan, hahitiye amagume avuye ku bidukikije.

Ubukene bwunyutse inyuma y’imyuzure yo mu 2022, butuma abana bagirwa urudandazwa.

leta ivuga ko yahagurukiye iyo ngorane y’abana bahahamurwa.

Pakistan: Ubukene bwunyutse inyuma y’imyuzure yo mu 2022, butuma abana bagirwa urudandazwa.
Insiguro y'isanamu, Ubukene bwunyutse inyuma y’imyuzure yo mu 2022, butuma abana bagirwa urudandazwa.