Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Intambara iri muri Yemen irimo isigira abana benshi ubumuga
Intambara iri muri Yemen irimo isigira abana benshi ubumuga
Yatangajwe
Intambara iri muri Yemen hagati y'inyeshyamba zba-Houthi n'ingabo za leta imaze imyaka igera ku munani ariko n'ubu nta herezo ryayo riboneka.
Hagati aho, abana nibo barimo barahababarira cyane mu gihe abamaze kumugara ari benshi.
Iyi ni inkuru y'abana bamugajwe n'ibisasu, bavuganye n'umunyamakuru wa BBC yahigereye.