“Ubushuhe butumereye nabi cane”: Intahe y’uyu mugore atembereza ibidandazwa

Insiguro ya video, Ranjeet: "twebwe tudafise uburyo bwo kuronka ivyuma vy'akayaga, tumerewe nabi".
“Ubushuhe butumereye nabi cane”: Intahe y’uyu mugore atembereza ibidandazwa
Yatangajwe

“Iyo nitwaje amazi, arashuha simbe nkiyanyoye. Ubushuhe butumereye nabi, turagwara, tukaribwa, hakazamwo n'inyonko.”

Ranjeet ani umugore w’i Lucknow muri India, atunzwe no gutembereza ibidandazwa.

Avuga ayo babonye, ubu ubushuhe burenza 40°C, mu bice vy’Ubuhindi.

Ranjeet: "twebwe tudafise uburyo bwo kuronka ivyuma vy'akayaga, tumerewe nabi".
Insiguro y'isanamu, Ranjeet: "twebwe tudafise uburyo bwo kuronka ivyuma vy'akayaga, tumerewe nabi".