Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
"Muri Mozambique, ubuzima ni umutwaro, muri Malawi hari amahoro"
"Muri Mozambique, ubuzima ni umutwaro, muri Malawi hari amahoro"
Yatangajwe
Intureka zo mu gihe c'amatora muri Mozambique, vyatumye abantu ibihumbi bahungira muri Malawi.
Ariko izo mpunzi zarabaye umutwaro ku masôko y'ubutunzi ya Malawi.
Ni mu gihe hamaze kumenyekana n'imiburiburi 270 biciwe muri izo ntureka.