Uko bagerageza gutabara umushoferi yaguye mu manga m'Ubuyapani
Uko bagerageza gutabara umushoferi yaguye mu manga m'Ubuyapani
Yatangajwe
N'ikamyo yiwe, umushoferi w'imyaka 74 yaguye mu manga yadutse mu masanganzira yo mu gisagara c'i Yashio.
Ubwa nyuma uwo mutama yavuganye n'abagerageza gutabara, hari ku wa kabiri 28.01.2025.
Iyo manga yoba yaturutse k'umuringoti uri mu kuzimu wacitse, nayo ababa hafi bariko barimurwa.




