Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubwongereza: umuforomakazi yaryoherwa no kwica inzoya, azohera mu gasho
Ubwongereza: umuforomakazi yaryoherwa no kwica inzoya, azohera mu gasho
Yatangajwe
Muganga w’ingwara zo m’umutwe, Prof Jeremy Coid yabivuze igihe uwo Lucy Letby.
Yaciriwe umunyororo w’ubuzima bwiwe bwose.
Ni ivyaha yakoze kuva mu 2015.
Utahure, umenye abashika ku kaborerwe ko kwica, ibiba bibarimwo.