New Zealand: Insiguro ku bidasanzwe vyabaye mu nama nshingamateka

Insiguro ya video, Hana-Rawhiti Maipi-Clarke, atekanye, mu ntambo y’umuco ‘Haka’ w’aba Māori.
New Zealand: Insiguro ku bidasanzwe vyabaye mu nama nshingamateka
Yatangajwe

Muri New Zealand, barongowe na muto mu myaka, abatowe, n’abaje kubashigikira bahagaritse itorwa ry’integuro y’itegeko batashimye.

Iyo nteguro y’itegeko yahindura uko abo mu bwoko bw’aba Māori babonwa mu gihugu, ibimaze imyaka irenga 180.

Intambo y’umuco ‘Haka’ w’aba Māori, yatangujwe n’umushingamateka Hana-Rawhiti Maipi-Clarke, atekanye.

Kuva italiki 14-11-2024, imyiyerekano yakwiye igihugu cose, hari n’abayiteye amashurwe ikoreshwa umuco nk’iyo.

Hana-Rawhiti Maipi-Clarke, atekanye, mu ntambo y’umuco ‘Haka’ w’aba Māori.
Insiguro y'isanamu, Hana-Rawhiti Maipi-Clarke, atekanye, mu ntambo y’umuco ‘Haka’ w’aba Māori.