Muri Canada, uko vyagenze mu gutabara vyihuse igihe indege yagira isanganya

Insiguro ya video, Muri Canada, uko vyagenze mu gutabara vyihuse igihe indege yagira isanganya
Muri Canada, uko vyagenze mu gutabara vyihuse igihe indege yagira isanganya
Yatangajwe

Iyo ndege yarimwo abadereva 2, ababafasha 2 n'ingenzi 76, bose barokotse naho iyo ndege yacuze intembe.

"Ni nkenerwa ko tutibwira ivyashitse, ariko ico kumenya ni uko aho yururukiye hari hakamutse", vyashikirijwe n'indongozi kuri ico kibuga.

Iyi ndege yagize isanganya ni iya 'compagnie' Delta Air Lines yari ivuye i Minneapolis, USA, ishitse ku kibuga Pearson c'i Toronto muri Canada.

Amatohoza yigenga yaciye atangura ku cateye iryo sanganya.

Abantu 80 bari muri iyi ndege bose bararokotse.
Insiguro y'isanamu, Abantu 80 bari muri iyi ndege bose bararokotse.