RDC: amaganya y’abateshejwe izabo n’intambara
RDC: amaganya y’abateshejwe izabo n’intambara
Yatangajwe
Mu ntambara hagati ya FARDC, abayifasha, na M23, Sifa n’abandi bahungiye i Luchangala.
Abahunze bavuga ko bipfuza kubaho m’ubwigenge.
“Inyishu irama, nibaza ko ari ugusaba Perezida akomora [M23] mu gihugu cacu.”
MSF rimwe mu mashirahamwe afasha abataye izabo, ivuga ko yihutira kuvura abamerewe nabi, no gucungana n’ingwara zoshobora kwaduka.




