Ethiopia: umusozi wabomotse uhitana inganda z’abantu

Ethiopia: umusozi wabomotse uhitana inganda z’abantu
Yatangajwe

Abantu barenga 150 nibo bamaze kumenyekana ko bapfiriye mw’ibomoka ry’umusozi w’i Gofa.

“Ubwa mbere yari imiryango itatu yafuriwe n’uwo musozi”.

Habandanya kuronderwa abataraboneka, m’ubwoba bw’uko bashobora kuba ari benshi cane batagihema, kuva isegenya ikoze ibara ku wa Mungu (21 – 07 – 2024).