“Bandungikiye ifoto bayihinduye, ntambaye”

Insiguro ya video, Barandagaza abo bahaye ama deni, mu kwishuza bigatuma hari abiyahura biyahura.
“Bandungikiye ifoto bayihinduye, ntambaye”
Yatangajwe

Amasanamu ahinduwe nk’ayo, bayarungika kuri telefone z’abitwa abanywanyi, babishuza.

Abakozi b’ayo ma ‘banki’ atanga ingurane banabikora ngo babemeze ivyo batumvikanye.

Barandagaza abo bahaye ama deni, mu kwishuza, bigatuma hari abiyahura.

Ubwo buhinga nka Asan-Loan bwubakwa muri telefone [app].

Burwiriye muri India, Asia, Africa na Amerika y'ubumanuko.

Utahure ubwo bukozi bw’ikibi, muri rino tohoza.

Barandagaza abo bahaye ama deni, mu kwishuza, bigatuma hari abiyahura.
Insiguro y'isanamu, Barandagaza abo bahaye ama deni, mu kwishuza, bigatuma hari abiyahura.