Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Amahasa yari yaratanye, narayahuje n'umuvyeyi, naho ntaratora abanje”
“Amahasa yari yaratanye, narayahuje n'umuvyeyi, naho ntaratora abanje”
Yatangajwe
“Mfasha abavyeyi gutora abana babo bibwe, bagurishijwe n’abaganga, muri Georgia.”
Kuri facebook, umumenyeshamakuru yahuje amahasa yari yaratandukanijwe na nyina wabo, bakivuka.
Uwo muryango wasubiranye mu nzira y’ibice bibiri, ariko hose, ku mihora yo guhana amakuru.
Urwo rudandazwa ruteye isoni bivugwa ko rwoba rwarakoze ku bantu ibihumbi, mu myaka myinshi, mu gihugu ca Georgia
Mu 2022, intwaro yarabitanguje amatohoza rusangi.