Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
CAN: si inkino gusa, aba ‘fana’ banasaba ko imbibe z’ibihugu zugururwa kurusha
CAN: si inkino gusa, aba ‘fana’ banasaba ko imbibe z’ibihugu zugururwa kurusha
Yatangajwe
Abakunzi b’umugwi wa Ghana biboneye vyinshi m’urugendo rwabo muri Cote d’Ivoire, ahabera inkino za CAN.
“Igihe twinjira muri Abidjan, hose hari amabara y’ibendera ry’igihugu”
Urugendo rwabo rwababereye insiguro ya vyinshi, bitandukanye.