Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Khaman yashikanye igihugu yahunze mu mahiganwa y’isi
Khaman yashikanye igihugu yahunze mu mahiganwa y’isi
Yatangajwe
Khaman ni umusore yavuye muri Sudan y’epfo, we n’umuryango yahungiye muri Uganda.
M’ubuhungiro, niho yagize amahigwe yo kuja kwiga, aniga no gukina Basketball.
Indoto ziwe zakomeye ashitse muri ‘kaminuza’ ya NBA-Africa, iyo amaze igihe akomeza ubuhinga bwiwe.
Uyu yashikanye igihugu mu mahiganwa mpuzamakungu y’abanonotsi 2024Olympics yaciye mu bitoroshe.