Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Bukavu: igitero cahitanye abantu bakoranijwe na M23
Bukavu: igitero cahitanye abantu bakoranijwe na M23
Yatangajwe
Intahe z'ababibonye zivuga ko 'grenade' ya kabiri cakurikijwe n'urwamo rw'amasase.
Muri ico kibanza citiriwe ukwikukira "Place de l'Indépendance", bivugwa ko hapfiriye n'imiburiburi 11, abashika 60 barakomereka.
Ntibiramenyekana abagize ico gitero mu bantu bari bakoranijwe n'umuhari M23 wigaruriye Bukavu hagati mu kwa kabiri 2025.