Yadandaza amazi, ubu ni umuhagarikizi rurangiranwa w’inkino
Yadandaza amazi, ubu ni umuhagarikizi rurangiranwa w’inkino
Yatangajwe
Yusuf Gbemisoba ni umukobwa yakuze akenye, acuruza amazi mu masashe, none ubuhinga nk’umuhagarikizi w’inkino bwanamusubije muri kaminuza.
Avuga ko guhagarikira inkino ari igikorwa kigoye cane, gisaba gufata ingingo vyihuse, kandi bashobora no gukubagugwa.
Ng’izi intahe za Gbemisola avuga ko gukunda guhagarikira inkino vyamuhinduriye ubuzima.




