Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Itohoza: “Barankubise kubi” - agatotezo ku Bashinwa barima itomati
Itohoza: “Barankubise kubi” - agatotezo ku Bashinwa barima itomati
Yatangajwe
“Mu gasho katabona, iminyororo yenena ku gisenge, niyo bambohesheje…”
Mamutjan ni umwe mu barimyi mu nkehwa z’abo mw’idini rya Islam bahohoterwa.
Avuga uko yamaze hafi iminsi 40 akubitwa kuko ategeranije 450kg vy’itomati yategekwa.
Ku bwo ivyo, mu 2021, USA yarabujije urudandazwa rw'izo tomati ziva muri China.
Mw’itohoza, BBC Eye imaze umwaka yihweza ibiharuro vy'urwo rudandaza, aho “izo tomati zisa n’izikwiragiye hose’.