Afghanistan: Uko abakora umuziki bahanganye n’aba Taliban
Afghanistan: Uko abakora umuziki bahanganye n’aba Taliban
Yatangajwe
Aba Taliban basambuye ivyuma vy’umuziki, bavuga ko “umuziki wonona mu mitwe y’abantu”.
“Ntibikwiye nimba ari abagore bari muri Afghanistan gusa, bataka.”
Ramsha Shafa, umuririmvyi aba muri Amerika, avuga ko kugaragaza umubabaro bikwiye kurenga uko bikorwa.




