2024: Umwaka w'amatora uhambaye kurusha iyindi mu mateka y'isi
2024: Umwaka w'amatora uhambaye kurusha iyindi mu mateka y'isi
Yatangajwe
Uyu mwaka wa 2024 urahambaye cane mu mateka y'amatora kw'isi kuko igice c'abantu bose batuye isi bazoja mu matora muri uno mwaka.
Ibi ni ibikuru bikuru wokwitega muri uno mwaka udasanzwe w'amatora kw'isi.